SHARE

Umugambwe UPD Zigamibanga usaba ko Reta y’uburundi yokora ibishoboka vyose kugira haboneke umuco k’urupfu rw’uwahoze ari umukuru w’iguhugu c’uburundi Cyprien NTARYAMIRA.Ivyo vyashikirijwe na Kassim Abdoul arongoye umugambwe UPD Zigamibanga ,aho muri uwo mugambwe bashima ubutwari bw’uwo yatwaye igihugu mu bihe bitoroshe.

SHARE

Leave a Reply