SHARE

Umugambwe w’abadasigana Uprona urashima inagurwa ry’imigenderanire hagati y’uburundi n’ububirigi.Abel Gashatsi arongoye uwo mugambwe abishikirije nyuma yaho intumwa idasanzwe y’ububirigi mu karere kibiyaga binini ishikiye i Bujumbura kubonana n’abategetsi batandukanye.Abel Gashatsi arongoye umugambwe w’abadasigana uprona akizera ko mugihe iyo migenderanire yonagugwa n’ibihano vyafatiwe uburundi n’ibihugu vya buraya vyoca bivanwaho.

SHARE

Leave a Reply