SHARE

Kuri uyu wa gatandatu niho umuririmvyikazi Iry Tina yabica bigacika muri concert yataziriwe Party Show yari yateguwe numumenyeshamakuru DJ Fanny asanzwe akorere imboneshqkure yigihugu .Uyo munsi abantu bavuye mu mihingo itandukanye yigisagara ca Bujumbura bari bahishikiye kugira bakurikirane iyo concert .Umuririmvyikazi Iry Tina afadikanije nabaririmvyi nka DJ PRO asanzwe   akorera umuziki wiwe muri Afrika yepfo hamwe na KEBBY  BOY nawe amaze igihe akorera mu gihugu ca Tanzaniya bari bahishikiye bongera bifadikanya n`abaririmvyi basanzwe baririmbira ngaha mu gihugu .

Iyo concert ikaba yarangiye mu kanyamuneza ntangere. 

SHARE

Leave a Reply