SHARE

Igihangange mu muziki w’uburundi Mugani Desire abenshi bita Big-fizzo yimirije kuza mu gihugu ciwe c’amavuko abazaniye Album yiwe Nshasha yise Fizzology .Uyo muririmvyi  akaba nawe agarutse mu gihugu afise Album ,aho n’inyuma y’iminsi mike mugenzi wiwe Sat-B nawe atahukanye iyindi Album Iwacu . Mu ntumbero yo gushira k’umugaragaro urwo rukurikirane Album Big Fizzo yarateguye igiteramo kw’igenekerezo rya 30 z’ukwezi kwa kane kuri LACOSTA BEACH.

Mukamenya ko iyi Album izoba igize iyakabiri uyo muririmvyi azoba akoze iyambere ikaba izwi kw’izina rya JEWE ,urukurikirane rwakunzwe n’abantu benshi.

SHARE

Leave a Reply