SHARE

Umunonotsi Francine NIYONSABA yararonkejwe agashimwe kitiriwe Prix Nelson MANDELA yakaronkeye mu gihugu c’ubufaransa agashimwe gahabwa umunonotsi mwiza yakoze neza mu mwaka wose (Prix Mandela de la Meilleure Sportive 2016).Francine NIYONSABA akaba yamenyeshe iyo nkuru nziza abicishije kubutumwa nkgurukanabumenyi ko yaronse ako gashimwe kandi ko bimunezereje .Uyo munonotsi akaba yamenyesheje ko yatowe mu kwezi kwa cumi na kabiri k’umwaka wa 2016 ariko akaba yamenye ko yatowe ngo aze aronswe  ako agashimwe atevye arinayo mpavu atazoja kwakira  agashimwe k’umunsi wo gutanga ako gashimwe.

SHARE

Leave a Reply