SHARE

Kuri uyu wa kabiri niho haba ibirori vyo gushingurana iteka umushikiranganji Emmanuel Niyonkuru .Imisa yo gusabira uyo muhisi yabereye muri Cathédral Regina Mundi ,aho na Nyenicubahiro Petero NKURUNZIZA akaba yari ahari.Uyo muhango ukaba wari witabiriwe n’abategetsi batandukanye uhereye kuri Nyenicubahiro umukuru w’igihugu c’uburundi Petero NKURUNZIZA abashingamateka,abakenguzamateka abashikiranganji n’abandiUmushikiranganji Emmanuel akaba yagandaguwe n’abantu bataramenyekana mu bucagucagu bwo kw’igenekerezo rya 01Nzero 2017 amatohoza akaba ariko araba.

SHARE

Leave a Reply