SHARE

Igisata co mu bushikiranganji bw’urwaruka inkino n’imico kama kijejwe kuronderera urwaruka rwahejeje amashure rutararonka aho rushobora kw’imenyerereza ibijanye n’ivyo baba barize arico ABEJ mumpfunyapfunyo L’Agence Burundaise pour Emploi des Jeunes (ABEJ) ,kirahamagarira urwaruka rwose rufise impapuro z’umutsindo A2 ,A1na Licence ko igikorwa co kwandika abashaka kw’imenyereza akazi muri uno mwaka wa 2017 ryatanguye kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 09 Nzero 2017.

SHARE

Leave a Reply