SHARE

Mu karuhuko arimwo mu ntara ya Ngozi,kuri uyu wa gatanu umukuru w’Igihugu c’uburundi Nyen’icubahiro Petero Nkurunziza yimbuye imirima y’ibiharage.
Petero NKURUNZIZA umukuru w’igihugu c’uburundi akaba yemenyesheje ko umwimbu uwu mwaka wabaye mwiza,kandi ko n’Ibiciro vy’Ibifungurwa bishobora kuzoca bigabanuka.

Tubibutse ko Nyenicubahiro umukuru w’igihugu c’uburundi Petero NKURUNZIZA mw’ijambo yashikirije abarundi abipfuriza umwaka mushasha yaragabishije abadandaza bashobora kuduza ibiciro atamvo ziboneka ko ingingo ruhasha zizofatwa.

SHARE

Leave a Reply