SHARE
www.isangi.com/DIVINE MUGISHA ariko arakora clip video
www.isangi.com/DIVINE MUGISHA ariko arakora clip video
www.isangi.com/DIVINE MUGISHA ariko arakora clip video

Nyuma yaho umuririmvyi Divine Mugisha akoreye indirimbo Rør meg  indirmbo ivuzwa ku maradiyo atari make yo ngaha mu Burundi ,uyo muririmvyi yaciye aguma akora kugira abandanye ashimisha abakunzi biwe. Ni muri iyo ntumbero uyo muririmvyikazi yahise atangura gukora ibishoboka vyose kugira akore clip video yiyo ndirimbo “Rør meg “.Uyo muririmvyi abandanya amenyesha ko vuba agiye no gukora iyindi ndirimbo ,aho avuga ko azoyikorana n`umwe mu baririmvyi bakomeye babarundi.Divine Mugisha akaba aherutse gukora video yarerekana amajambo agize indirimbo yiwe Rør meg .Kurikira iyo video.

SHARE

Leave a Reply